Ambasaderi wa Amerika muri ONU yatanze imihoho

 

American ambass.

Amakuru dukesha Radiyo Ijwi rya Amerika amenyesha ko Ambasaderi wa Amerika mw’ishirahamwe mpuzamakungu, ONU, Nikki Haley yatanze imihoho uno musi ku wa kabiri igenekerezo rya 9 gitugutu. Ivyo vyatangajwe kandi n’ibindi binyamakuru vyo muri Amerika.

Umuvugizi w’ibiro vya perezida wa Amerika, Sarah Sanders, mu gatondo yari yavuze ko Perezida Donald Trump na Nikki Haley babonana mu biro vyiwe, Maison Blanche.

Abicishije ku rubuga rwiwe rwa Twitter, perezida Trump yaciye avuga ko aza gushikiriza ijambo rikomeye ari kumwe n’umugenzi wiwe Nikki Haley.

Igitumye Nikki Haley atanga imihoho kikaba kitaraja ahabona.

Advertisements

Categories: International

Tagged as: , , ,

Leave a Reply

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out /  Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out /  Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out /  Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out /  Change )

Connecting to %s

This site uses Akismet to reduce spam. Learn how your comment data is processed.