Umucamanza Nicaise Niyungeko yamirira kure ivyo yagirizwa

Intara ya Bururi (Mw’ibara ritukura)

Nicaise Niyungeko, umucamanza aherutse gufatwan’igipolisi kirwanya igitururire agatwarwa mw’ibohero rikuru rya Mpimba, yarumvirijwe kuri uyu wa kane igenekerezo rya 15 munyonyo n’icariho c’uwutwara parike nkuru ya Republika irwanya igiturire i Bujumbura.

Niyungeko yagirizwa kuba yaratse igiturirekingana n’amafaranga ibihumbi ijana (100.000) kugira ashobore kurekura umuntuyari apfungiwe mw’ibohero rikuru ry’i Bururi.

Soma kandi: Umucamanza yahagaritswe yagirizwa kurya igiturire

Amakuru duhabwa n’abari ngaho kuri parike igihe yarenguka, bamenyesha ko uwo mucamanza yahakanye ko atigeze asaba igiturire co kurekura umupfungwa. Amenyesha ko ahubwo yategetse ko atanga amande kandi nayo nyene akayajana kuri konte ya OBR.

Gushika ubu, umucamanza Nicaise Niyonkuruapfungiwe mw’ibohero rikuru rya Mpimba. Abo bakorana bakabona ko woba ari umutego bamuteze kugira baronke ingene bamufata.

Advertisements

Categories: Society

Tagged as: , ,

Leave a Reply

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out /  Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out /  Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out /  Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out /  Change )

Connecting to %s

This site uses Akismet to reduce spam. Learn how your comment data is processed.