Advertisements

Zimbabwe: Abatavuga rumwe na Leta bamirira kure intsinzi ya Emmerson Mnangagwa mu matora

Umukuru w’abatavuga rumwe na reta muri Zimbabwe Nelson Chamisa ariyamiriza intsinzi ya prezida Emmerson Mnangawa avuga ko ibiharuro vyashikirijwe atari vyo. Mnangagwa ni we yatangajwe ko yatsinze amatora y’umukuru w’igihugu incuro ya mbere kuva prezida Robert Mugabe akuwe ku butegetsi. Umugambwe wa Nelson Chamisa MDC Alliance wavuze ko uzitura ubutungane […]