Umucamanza Nicaise Niyungeko yamirira kure ivyo yagirizwa
Nicaise Niyungeko, umucamanza aherutse gufatwan’igipolisi kirwanya igitururire agatwarwa mw’ibohero rikuru rya Mpimba, yarumvirijwe kuri uyu wa kane igenekerezo rya 15 munyonyo n’icariho c’uwutwara parike nkuru ya Republika irwanya igiturire i […]